30 Munyonyo–6 Kigarama
ABALEWI 8-9
Ururirimbo rwa 16 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ikimenyamenya c’umuhezagiro wa Yehova”: (Imin. 10)
Lw 9:1-5—Ihanga rya Isirayeli ryari rikoranye igihe abaherezi bashikiriza ibimazi vy’ibitungwa ari bwo bwa mbere (it-1 1190 ing. 3)
Lw 9:23, 24—Yehova yarerekanye ko ashima ubwo buherezi (w19.11 23 ing. 13)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Lw 8:6—Kuba abaherezi muri Isirayeli basabwa kuba basukuye ku mubiri bitwigisha iki? (w14 15/11 9 ing. 6)
Lw 8:14-17—Mu gihe co gutanguza ubuherezi, kubera iki ari Musa yashikanye ibimazi ntabe Aroni? (it-2 310 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lw 8:31–9:7 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce uvuga iciyumviro kanaka co mu nteguro ya bose y’Umunara w’Inderetsi No. 2 2020 maze ushikirize ico kinyamakuru. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce werekeza umunyamuhana ku rubuga rwacu maze umusigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 4)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) bhs 84 ing. 6-7 (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro: Kwamamaza ukoresheje telefone”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Erekana ividewo muce muyiganirako.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) lvs ikig. 1 ing. 15-18; Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 13-15; Akajambo ko ku mpera ka 4
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 105 n’isengesho