UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Agaciro k’“uduceri tubiri”
Agaciro k’intererano wa mupfakazi yatanze ntikashobora no kugura udufungurwa tubayabaye. (Raba w08 1/3 rup. 12 ing. 1-3.) Naho ari ukwo, intererano yatanze zarerekanye y’uko akunda kandi aha agaciro ugusenga Yehova. Ku bw’ivyo, iyo ntererano yari iy’agaciro kadasanzwe ku Muvyeyi wiwe wo mw’ijuru.—Mr 12:43.
RABA IVIDEWO IVUGA NGO ‘INGABIRE IGENEWE YEHOVA,’ MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:
-
Ni ibikorwa bimwebimwe ibihe bishigikirwa n’intererano dutanga?
-
Ni kubera iki intererano zacu ari iz’agaciro n’igihe nyene ivyo dutanze bisa n’aho ata co bivuze?
-
Twomenya gute uburyo bwo gutanga intererano bushoboka aho tubaye?—Raba uruzitiro ruvuga ngo “ Numenye n’ibindi uciye kuri Internet”