AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Munyonyo–Kigarama 2021
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova yakoresheje ubukerebutsi mu kugabura amatongo
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Turakengurukira Yehova kubera urukundo rwanyu
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ivyigwa dukura ku nkuru y’abatahuranye ukutari kwo
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Impanuro za nyuma Yosuwa yahaye Abisirayeli
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Inkuru yerekana umutima rugabo n’amayeri
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Nusenge Yehova umusabe agufashe
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ivyotuma ikoraniro ryo gusohoka mu ndimiro riba kirumara
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova akoresha abagore babiri mu kurokora abasavyi biwe
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Bashiki bacu borushiriza gute gukorera Yehova?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Jana izo nkomezi ufise”
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Igikorwa kigoye cane caranguwe n’impwemu nyeranda
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Aho kwibona twokwicisha bugufi
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yefuta yashira imbere Yehova
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ico abavyeyi bokwigira kuri Manowa n’umugore wiwe
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwigishe abatohoji ba Bibiliya kwigaburira mu vy’impwemu
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO