NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ingene twotanguza ibiyago
Mugihura muri Munyonyo (Isekeza ridasanzwe)
Ikibazo: Ububisha n’intambara vyoba bizovaho koko?
Icanditswe: Zb 37:10, 11
Ubukurikira: Ni ikintu ikihe Bibiliya isezerana gituma tugira icizigiro?
ICO CANDITSWE KIRABONEKA MU BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA
Mugihura muri Kigarama *
Ikibazo: Ubona gute Bibiliya?
Icanditswe: Rm 15:4
Ubukurikira: Ni ikintu ikihe Bibiliya isezerana gituma tugira icizigiro?
ICO CANDITSWE KIRABONEKA MU BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA
Usubiyeyo *
Ikibazo: Ni ikintu ikihe Bibiliya isezerana gituma tugira icizigiro?
Icanditswe: Ivy 21:3, 4
Ubukurikira: Ni igiki codufasha gutahura Bibiliya?
ICO CANDITSWE KIRABONEKA MU BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA