22-28 Munyonyo
ABACAMANZA 1-3
Ururirimbo rwa 126 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Inkuru yerekana umutima rugabo n’amayeri”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Abc 2:10-12—Ivyo bituburira gute? (w05 15/1 24 ing. 7)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 3:12-31 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Nusenge Yehova umusabe agufashe”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Niwemere Yehova agufashe—Isengesho.
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 02, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova: Niwitegurire kwamamaza: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce usaba abana wacaguye baze ku mukiruruko maze ubabaze uti: Dushobora gute kwitegurira kwamamaza? Dushobora gute kwitunganya neza kandi ntiturenze urugero? Dushobora gute kwigenza neza turi mu ndimiro?
“Ivyotuma ikoraniro ryo gusohoka mu ndimiro riba kirumara”: (Imin. 10) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nusabe abumviriza bavuge igituma bihambaye ko dushika imbere y’uko ikoraniro ryo gusohoka mu ndimiro ritangura.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 16 ing. 10-18; soma akajambo ko ku mpera ka 32
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 29 n’isengesho