29 Munyonyo–5 Kigarama 2021
ABACAMANZA 4-5
Ururirimbo rwa 137 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova akoresha abagore babiri mu kurokora abasavyi biwe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Abc 5:20—Ni mu buryo ubuhe inyenyeri zo kw’ijuru zatabaye Baraki? (w05 15/1 25 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 4:1-16 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha Umunara w’Inderetsi No. 2 2021. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 4)
Insiguro: (Imin. 5) w06 1/3 28-29—Umutwe: Ni mu buryo ubuhe abagore bakwiye ‘gucereza mu mashengero’?—1Kr 14:34. (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Bashiki bacu borushiriza gute gukorera Yehova?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo “Abagore bakora cane mu Mukama.”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 16 ing. 19-22, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 222-225
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 27 n’isengesho