AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Munyonyo–Kigarama 2022
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Mugire akamenyero ko gutanga”
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Icogufasha kwirinda kuba nzobandabikora
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Umugore w’umubisha ahahamira ubutegetsi yarahanywe
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera”—2Bm 9:8
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Kubera iki abakirisu bakwiye kurondera guterwa uduteka?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Akigoro kavuye ku mutima karavamwo imihezagiro myinshi
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Yehova aribuka ukubira akuya kwacu
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Niwizigire ko tuzorokoka iherezo ry’iyi si
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nuhimbarwe igihe uri mu ruhamo
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Isengesho ryaratumye Yehova agira ico akoze
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Yehova araha agaciro amasengesho yacu
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO