Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

Mugihura

Ikibazo: Ububisha n’intambara vyoba bizovaho koko?

Icanditswe: Zb 37:10, 11

Ubukurikira: Ni ikintu ikihe Bibiliya isezerana gituma tugira icizigiro?

ICO CANDITSWE KIRABONEKA MURI IBI BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA:

Usubiyeyo

Ikibazo: Ni ikintu ikihe Bibiliya isezerana gituma tugira icizigiro?

Icanditswe: Ivy 21:3, 4

Ubukurikira: Ni igiki codufasha gutahura Bibiliya?

ICO CANDITSWE KIRABONEKA MURI IBI BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA: