12-18 Kigarama
2 ABAMI 16-17
Ururirimbo rwa 115 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 17:29—“Abasamariya” bavugwa muri uwo murongo bari bande, ariko iryo zina ryahavuye ryerekeza kuri bande? (it-2 878)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 17:18-28 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimumere nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 20)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 08, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwizigire ko tuzorokoka iherezo ry’iyi si”: (Imin. 5) Guhana ijambo.
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 10) Nimurabe ividewo yo muri Kigarama ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 31
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 74 n’isengesho