14-20 Munyonyo
2 ABAMI 7-8
Ururirimbo rwa 143 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 8:19—Ni gute Yehova yahaye “itara” Dawidi n’abahungu biwe? (it-2 108 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 7:1-11 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Bibiliya—Ivy 21:3, 4. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 27
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 18 n’isengesho