UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe
Mu gihe hari ikigoyi gikaze, Yehova yaravuze ko ku musi ukurikira hobonetse ibifungurwa vyinshi (2Bm 7:1; it-1 729)
Intwazangabo imwe y’Umwisirayeli yarakekeranije ko ico kintu Yehova yavuze cobaye (2Bm 7:2)
Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe (2Bm 7:6, 7, 16-18)
Yehova avuga ko iyi si izokurwaho bukwi na bukwi, ata wari avyiteze. (1Ts 5:2, 3) Kubera iki bihambaye ko twizigira ivyo Yehova avuze?