19-25 Kigarama
2 ABAMI 18-19
Ururirimbo rwa 148 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 19:37—Uwo murongo werekana gute akamaro ko kudapfa kwemera ivyo abashakashatsi bubuye? (it-1 170 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 18:1-12 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya ku buntu, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 2)
Insiguro: (Imin. 5) w20.11 15 ing. 14—Umutwe: Twosengera gute abari mu ruhamo? (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuhimbarwe igihe uri mu ruhamo”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Turashobora guhimbarwa naho twoba turi mu ruhamo.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 32, iciyumviro ca 1-4 n’uruzitiro ruvuga ngo “Ingene indoto yerekeye igiti ifitaniye isano n’Ubwami bw’Imana”
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 22 n’isengesho