21-27 Munyonyo
2 ABAMI 9-10
Ururirimbo rwa 126 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 10:29, 31—Twokwigira iki kw’ikosa Yehu yakoze? (w11 15/11 5 ing. 6-7)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 9:1-14 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya ku buntu, uce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 12)
Insiguro: (Imin. 5) w13 15/5 8-9 ing. 3-6—Umutwe: Niwigane umwete wa Yehova na Yezu. (th icigwa ca 16)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ivyo urunganwe rwawe ruvuga: Kuba nzobandabikora: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni ibiki vyotuma umuntu aba nzobandabikora? Kubera iki duhimbarwa igihe tutabaye nzobandabikora?
“Icogufasha kwirinda kuba nzobandabikora”: (Imin. 10) Guhana ijambo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 28
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 19 n’isengesho