Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete

Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete

Yehova yarahaye Yehu itegeko ryo gukuraho abantu bose bo mu nzu y’umwami mubi Ahabu (2Bm 9:6, 7; w11 15/11 3 ing. 2)

Yehu yaciye agamburuka adatebaganye, arica Umwami Yehoramu (umuhungu wa Ahabu) n’Umwamikazi Yezebeli (yahora ari umugore wa Ahabu) (2Bm 9:22-24, 30-33; w11 15/11 4 ing. 2-3; raba uruzitiro ruvuga ngo “‘Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera’​—2Bm 9:8”)

Yehu yarasozereye igikorwa yatumwe, aragaragaza umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete (2Bm 10:17; w11 15/11 5 ing. 3-4)

NIWIBAZE UTI: ‘Nokwigana gute Yehu igihe nshitsa itegeko riri muri Matayo 28:19, 20?’