26 Kigarama 2022–1 Nzero 2023
2 ABAMI 20-21
Ururirimbo rwa 41 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Isengesho ryaratumye Yehova agira ico akoze”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 21:13—Ni mu buryo ubuhe Yehova yopimye Yeruzalemu akoresheje ikiringanisho? (it-2 406 ing. 4)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 21:1-15 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 6)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 08, iciyumviro ca 6 (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Yehova araha agaciro amasengesho yacu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Ndiheka kw’isengesho.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 32, iciyumviro ca 5-6 na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 142 n’isengesho