28 Munyonyo–4 Kigarama
2 ABAMI 11-12
Ururirimbo rwa 59 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Umugore w’umubisha ahahamira ubutegetsi yarahanywe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 12:1—Kubera iki biri n’ico bivuze kubona Yehova yarakingiye Yehowasi? (it-2 1185)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 11:1-12 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya ku buntu, uce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 3)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 08, intangamarara yo kuri Twinjire mu mizi hamwe n’iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Kubera iki abakirisu bakwiye kurondera guterwa uduteka?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Kubera iki worondera gushikira amabanga? (1Tm 3:1)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 29
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 77 n’isengesho