Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera”​—2Bm 9:​8

“Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera”​—2Bm 9:​8

UBWAMI BWA YUDA

Yehoshafati aba umwami

nk. 911 imbere ya Kristu: Yehoramu (umuhungu wa Yehoshafati; umugabo wa Ataliya umukobwa wa Ahabu na Yezebeli) atangura kuganza ari wenyene

nk. 906 imbere ya Kristu: Ahaziya (umwuzukuru wa Ahabu na Yezebeli) aba umwami

nk. 905 imbere ya Kristu: Ataliya yica abahungu b’umwami bose agaca yigarurira ingoma. Umwuzukuru wiwe Yehowasi ni we wenyene arokoka, Yehoyada Umuherezi mukuru akaguma amunyegeje ngo Ataliya ntamubone.​—2Bm 11:1-3

898 imbere ya Kristu: Yehowasi aba umwami. Umuherezi mukuru Yehoyada aricisha Umwamikazi Ataliya.​—2Bm 11:4-16

UBWAMI BWA ISIRAYELI

nk. 920 imbere ya Kristu: Ahaziya (umuhungu wa Ahabu na Yezebeli) aba umwami

nk. 917 imbere ya Kristu: Yehoramu (umuhungu wa Ahabu na Yezebeli) aba umwami

nk. 905 imbere ya Kristu: Yehu yica Umwami Yehoramu wa Isirayeli, abo bavukana, nyina wa Yehoramu (Yezebeli), n’Umwami Ahaziya wa Yuda n’abo bavukana.​—2Bm 9:14–10:17

nk. 904 imbere ya Kristu: Yehu atangura kuganza nk’umwami