5-11 Kigarama
2 ABAMI 13-15
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Akigoro kavuye ku mutima karavamwo imihezagiro myinshi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 13:20, 21—Ico gitangaro coba gishigikira ivyo amadini akora vyo guha icubahiro kidasanzwe ibisigarira vy’abapfuye? (w05 1/8 11 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 13:20–14:7 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Nutanguze inyigisho ku cigwa ca 01 c’agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 20)
Insiguro: (Imin. 5) km 8/03 1—Umutwe: Igikorwa kimara akanyota. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Yehova aribuka ukubira akuya kwacu”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Yehova aribuka.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 30
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 151 n’isengesho