Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Akigoro kavuye ku mutima karavamwo imihezagiro myinshi

Akigoro kavuye ku mutima karavamwo imihezagiro myinshi

Elisha yabwiye Umwami Yehowasi gukora ikintu cerekana ukuntu Isirayeli yotsinze Abasiriya (2Bm 13:15-18)

Kubera ko Yehowasi atagize akigoro kavuye ku mutima, ntiyaronse intsinzi nk’iyo yari kuronka (2Bm 13:19; w10 15/4 26 ing. 11)

Yehova arahezagira cane abasavyi biwe bamuronderana ubwira (Heb 11:6; w13 1/11 11 ing. 5-6)

NIWIBAZE UTI: ‘Nerekana gute ko ngira akigoro kavuye ku mutima mu mice ijanye no gusenga, nko gusoma Bibiliya, kwitaba ikoraniro canke kwamamaza?’