7-13 Munyonyo
2 ABAMI 5-6
Ururirimbo rwa 55 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 5:15, 16—Ni kubera iki Elisha yanse ingabirano Namani amuhaye, kandi ni icigwa ikihe twohakura? (w05 1/8 9 ing. 2)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 5:1-14 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Inkuru nziza—Zb 37:10, 11. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 08, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 15)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Mugire akamenyero ko gutanga”: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishikirizwa n’umukurambere. Nimurabe ividewo ivuga ngo Turakenguruka agatima mufise ko gutanga. Nukeze abagize ishengero ku mice itandukanye bagaragazamwo agatima ko gutanga.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 26
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 30 n’isengesho