13-19 Munyonyo
YOBU 15-17
Ururirimbo rwa 90 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
«Ntiwigane Elifazi igihe uremesha abandi»: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 16:22—Ivyo Yobu yavuze vyoba vyerekana ko atemera izuka? (w06 15/3 14 ing. 11)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 17:1-16 (th icigwa ca 12)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Bibiliya—Yb 26:7. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numubwire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 11)
Inyigisho: (Imin. 5) lff isubiramwo ry’igice ca 1 ikibazo ca 6-10 (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 2 ing. 1-7, n’intangamarara y’igihimba ca 1
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 118 n’isengesho