UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Woba uzwi neza nka Yobu?
Yobu yari yaratumye ababanyi biwe bamwubaha (Yb 29:7-11)
Yobu yari azwi ko agaragariza urukundo rudahemuka abari n’ivyo bakeneye (Yb 29:12, 13; w02 1/6 20 ing. 19; raba ishusho iri ku gipfukisho)
Yobu yaragaragaza ubugororotsi n’ubutungane (Yb 29:14; it-2 1144 ing. 10)
Kugira izina ryiza biri n’agaciro. (w09 1/2 15 ing. 3-4) Turonka izina ryiza igihe tuguma dukora ibigororotse.
NIWIBAZE UTI: “Ni kamere izihe abandi banziko?”