20-26 Munyonyo
YOBU 18-19
Ururirimbo rwa 44 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
«Ntiwigere uheba abo musangiye ukwizera»: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 19:1, 2—Twigira iki ku nyishu Yobu yahaye abigira abagenzi biwe igihe bamubwira amajambo ababaza? (w94 1/10 32)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 18:1-21 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 3)
Insiguro: (Imin. 5) w20.10 17 ing. 10-11—Umutwe: Nuremeshe uwo wigisha kuronderera abagenzi mw’ishengero. (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova—Nufashe abandi: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana wacaguye uti: Abana bofasha gute abandi?
Ni ibiki wokora kugira ufashe abandi?
«Intunganyo yo kuremesha abanyabeteli»: (Imin. 10) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 2 ing. 8-15
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 63 n’isengesho