Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

«Mbega umuntu hari ico yomarira Imana?»

«Mbega umuntu hari ico yomarira Imana?»

Elifazi yavuze ko Imana itubona ko ata co tumaze (Yb 22:1, 2; w05 15/9 26 ing. 6-27 ing. 1-2)

Elifazi yavuze ko ubugororotsi bwacu ata co buvuze ku Mana (Yb 22:3; w95 15/2 27 ing. 6)

Turashobora gutuma Yehova aronka ico yishura uwumusomborotsa, ari we Shetani (Img 27:11; w03 15/4 14-15 ing. 10-12)

IVYO KUZIRIKANAKO: Kumenya ko hari ico umaze imbere ya Mushoboravyose bituma wiyumva gute?