11-17 Munyonyo
ZABURI 106
Ururirimbo rwa 36 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. «Baribagiye Imana yo Mukiza wabo»
(Imin. 10)
Igihe Abisirayeli bagira ubwoba, baciye bagarariza Yehova (Kv 14:11, 12; Zb 106:7-9)
Igihe Abisirayeli basonza bakongera bakanyoterwa, baciye bidogera Yehova (Kv 15:24; 16:3, 8; 17:2, 3; Zb 106:13, 14)
Igihe Abisirayeli bahagarika umutima, baciye basenga ibigirwamana (Kv 32:1; Zb 106:19-21; w18.07 20 ing. 13)
IVYO KUZIRIKANAKO: Igihe turi mu ngorane ni ivyiza ibihe biva ku kwibuka ingene Yehova yadufashije muri kahise?
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Zb 106:36, 37—Ni isano irihe riri hagati yo gusenga ibigirwamana no gushikanira ibimazi amadayimoni? (w06 15/7 13 ing. 9)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 106:21-48 (th icigwa ca 10)
4. Kwigisha mu buryo bworoshe—Ivyo Yezu yakoze
(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 11 iciyumviro ca 1-2.
5. Kwigisha mu buryo bworoshe—Niwigane Yezu
(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 11 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»
Ururirimbo rwa 78
6. Ibikenewe iwanyu
(Imin. 15)
7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 18 ing. 1-5, n’inzitiro ku rup. 162, 164