Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

2-8 Kigarama

ZABURI 113-118

2-8 Kigarama

Ururirimbo rwa 127 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Tuzokwishura iki Yehova?

(Imin. 10)

Yehova aradukingira, akatugirira neza kandi akadukiza (Zb 116:​6-8; w01 1/1 21 ing. 13)

Twokwishura Yehova mu kubaho twisunga amategeko yiwe n’ingingo ngenderwako ziwe (Zb 116:​12, 14; w09 15/7 29 ing. 4-5)

Twokwishura Yehova mu kumushikanira «ikimazi co gukenguruka» (Zb 116:17; w19.11 22-23 ing. 9-11)

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 116:15—«Intahemuka» z’Imana zivugwa muri uwu murongo ni bande? (w12 15/5 22 ing. 1-2)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Umutima rugabo—Ivyo Yezu yakoze

(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 12 iciyumviro ca 1-2.

5. Umutima rugabo—Niwigane Yezu

(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 12 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 60

6. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 29 n’isengesho