Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

25 Munyonyo–1 Kigarama

ZABURI 109-112

25 Munyonyo–1 Kigarama

Ururirimbo rwa 14 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Nushigikire Umwami Yezu

(Imin. 10)

Igihe Yezu yaduga mw’ijuru, yaciye yicara iburyo bwa Yehova (Zb 110:1; w06 1/9 13 ing. 6)

Mu 1914, Yezu yaciye atangura kuganza hagati y’abansi biwe (Zb 110:2; w00 1/4 25 ing. 3)

Turashobora kwitanga tubikunze tugashigikira ubutegetsi bwa Yezu (Zb 110:3; be 76 ing. 2)

NIWIBAZE UTI: «Ni imigambi iyihe nokwishingira kugira nerekane ko nshigikiye Ubwami?»

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 110:4—Sigura isezerano rivugwa muri iki canditswe. (it-1 80 ing. 4)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 2) INZU KU NZU. Koresha agapapuro k’inkuru nziza mu gutanguza ikiyago. (lmd icigwa ca 4 iciyumviro ca 3)

5. Gusigura ivyo wemera

(Imin. 5) Umwerekano. ijwfq 23—Umutwe: Kubera iki mutagira uruhara mu ntambara? (lmd icigwa ca 4 iciyumviro ca 4)

6. Guhindura abantu abigishwa

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 72

7. Ni gute twoshigikira Ubwami tudahemuka?

(Imin. 15) Guhana ijambo.

Intwaro y’Ubwami bw’Imana ni icemeza ko Yehova ari we Segaba w’ibiriho vyose. (Dn 2:​44, 45) Rero, igihe dushigikiye Ubwami bw’Imana tuba dushigikiye ubusegaba bwa Yehova.

Nimurabe IVIDEWO Nushigikire udahemuka wa “Muganwa w’amahoro.” Nuce ubaza uti:

  • Ni gute dushigikira Ubwami bw’Imana tudahemuka?

Niwandike icanditswe gihuye na bumwe bwose muri ubu buryo bwo gushigikira Ubwami bw’Imana.

  • Gushira imbere Ubwami mu buzima bwacu.

  • Kwisunga ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu zisabwa ku batwarwa b’Ubwami.

  • Kubwira abandi ivyerekeye Ubwami tubigiranye umwete.

  • Kugamburukira intwaro z’abantu, ariko tukagamburukira Imana igihe itegeko rya Sezari rinyuranye n’itegeko ry’Imana.

8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 75 n’isengesho