Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

1-7 Myandagaro

ZABURI 87-91

1-7 Myandagaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Guma ahihishije ha Musumbavyose”: (Imin. 10)

    • Zb 91:1, 2—Abibera “ahihishije” ha Yehova barakingirwa mu vy’impwemu (w10 15/2 26-27 ing. 10-11)

    • Zb 91:3—Nka kurya kw’umutezi w’inyoni, Shetani aragerageza kuducakira (w07 1/10 26-30 ing. 1-18)

    • Zb 91:9-14—Yehova ni ubuhungiro bwacu (w10 15/1 10-11 ing. 13-14; w01 1/12 17-19 ing. 13-19)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 89:34-37—Isezerano rivugwa muri iyi mirongo ni irihe, kandi Yehova yakoresheje ikigereranyo ikihe mu kwerekana ko ari iryo kwizigirwa? (w14 15/10 10 ing. 14; w07 15/7 32 ing. 3-4)

    • Zb 90:10, 12—Dushobora gute “[gu]harura imisi yacu mu buryo butumaturonka umutima w’ubukerebutsi”? (w06 15/7 13 ing. 4; w01 1/12 11 ing. 19)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 90:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU