Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

15-21 Myandagaro

ZABURI 102-105

15-21 Myandagaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova aribuka ko turi umukungugu”: (Imin. 10)

    • Zb 103:8-12—Yehova aratugirira imbabazi igihe twigaye (w13 15/6 20 ing. 14; w12 15/7 16 ing. 17)

    • Zb 103:13, 14—Yehova arazi ko ubushobozi bwacu buri n’aho bugarukira (w15 15/4 26 ing. 8; w13 15/6 15 ing. 16)

    • Zb 103:19, 22—Gukenguruka imbabazi za Yehova n’impuhwe ziwe bikwiye gutuma dushigikira ukugaba n’ukuganza kwiwe (w10 15/11 24-25 ing. 5; w07 1/12 21 ing. 1)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 102:12, 27—Gushira umutima ku bucuti dufitaniye na Yehova bidufasha gute igihe turi mu mubabaro? (w14 15/3 16 ing. 19-21)

    • Zb 103:13—Kubera iki Yehova atama ubwo nyene aturonsa ivyo tumusavye vyose? (w15 15/4 25 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 105:24-45

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g16.4 10-11—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g16.4 10-11—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 164-166 ing. 3-4—Mufashe kubona uburyo yoshira mu ngiro ivyo muhejeje kwiga.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU