22-28 Myandagaro
ZABURI 106-109
Ururirimbo rwa 2 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nimukengurukire Yehova”: (Imin. 10)
Zb 106:1-3
—Yehova arabereye ko tumukengurukira (w15 15/1 8 ing. 1; w02 1/6 25 ing. 19) Zb 106:7-14, 19-25, 35-39
—Abisirayeli barageze aho bataba bagikenguruka amaherezo barahemuka (w15 15/1 8-9 ing. 2-3; w01 1/7 9 ing. 1-3) Zb 106:4, 5, 48
—Dufise imvo nyinshi zo gukengurukira Yehova (w11 15/10 5 ing. 7; w03 1/12 14-16 ing. 3-6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 109:8
—Ni igiki twigira ku kuntu Yuda yasubirijwe? (bt 19 ing. 21-22) Zb 109:31
—Ni mu buryo ki Yehova “[ahagarara] iruhande y’ukuryo kw’umworo”? (w06 1/9 14 ing. 8) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 106:1-22
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) ll 6
—Cira inzira isubirayo. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) ll 7
—Cira inzira ikiyago kizokurikira. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 178-179 ing. 14-16
—Mufashe kubona uburyo yoshira mu ngiro ivyo muhejeje kwiga.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Yehova azoturonsa ivyo dukeneye (Zb 107:9): (Imin. 15) Guhana ijambo. Banza werekane akavidewo kavuga ngo Yehova azoturonsa ivyo dukeneye. Saba abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 22 ing. 14-24, n’isubiramwo ry’ikigabane
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 149 n’isengesho