Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 106-109

“Nimukengurukire Yehova”

“Nimukengurukire Yehova”

Kubera iki Abisirayeli batatevye kwibagira ingene Yehova yabakijije?

106:7, 13, 14

  • Aho kugumiza amaso kuri Yehova, batanguye kwitwararika cane ukwimerererwa neza n’ivyipfuzo vyabo vy’umubiri

Wokora iki ngo ugire umutima ukenguruka kandi uwuzigame?

106:1-5

  • Guma wibuka imvo nyinshi ufise zo gukenguruka

  • Zirikana icizigiro ufise ku bijanye na kazoza

  • Nushimire Yehova mw’isengesho udomako imihezagiro yaguhaye