29 Myandagaro–4 Nyakanga
ZABURI 110-118
Ururirimbo rwa 61 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nzokwishura iki Yehova?”: (Imin. 10)
Zb 116:3, 4, 8
—Yehova yarakijije urupfu umwanditsi w’amazaburi (w87-F 15/3 24 ing. 5) Zb 116:12
—Umwanditsi w’amazaburi yaripfuza kwereka Yehova ko amukengurukira (w09 15/7 29 ing. 4-5; w98-F 1/12 24 ing. 2) Zb 116:13, 14, 17, 18
—Umwanditsi w’amazaburi yari yiyemeje gushitsa ivyo Yehova amusaba vyose (w10 15/4 27, uruzitiro)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 110:4
—‘Indahiro’ ivugwa muri uyu murongo ni iki? (w14 15/10 11 ing. 15-17; w06 1/9 14 ing. 1) Zb 116:15
—Mu nsiguro y’amaziko, kubera iki uyu murongo udakwiye gukoreshwa mu kuvuga ivy’uwapfuye? (w12 15/5 22 ing. 2) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 110:1–111:10
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) ll 16
—Cira inzira isubirayo. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) ll 17
—Cira inzira ikiyago kizokurikira. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 179-181 ing. 17-19
—Mufashe kubona uburyo yoshira mu ngiro ivyo muhejeje kwiga.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwigishe ukuri”: (Imin. 7) Guhana ijambo.
“Isekeza ridasanzwe ryo gutanga Umunara w’Inderetsi muri Nyakanga”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana akavidewo ka mbere ko muri Nyakanga k’ingene twotanguza ikiyago, muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Bahimirize kugira uruhara muri iryo sekeza no gukora ubutsimvyi bwo gufasha.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 23 ing. 1-14
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 144 n’isengesho
Ivyibukijwe: Banza mwumvirize umuziki wose mubone kuririmba.