Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 110-118

“Nzokwishura iki Yehova?”

“Nzokwishura iki Yehova?”

Umwanditsi w’amazaburi yarakengurukira cane Yehova kubera ko yamukuye mu “migozi y’urupfu.” (Zb 116:3) Yari yiyemeje kumwereka ko akenguruka mu gushitsa ivyo amusaba vyose n’ivyo yamusezeraniye vyose.

Ni ibiki noshimira Yehova muri iyi ndwi?

Nokora iki ngo nereke Yehova ko ndamukengurukira?