Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 92-101

Abageze mu zabukuru barama mu vy’impwemu

Abageze mu zabukuru barama mu vy’impwemu

92:12

Ikigazi c’itende kirashobora kumara imyaka irenga 100 kandi kikaguma cama

Abageze mu zabukuru barama mu vy’impwemu . . .

92:13-15

  • mu gusengera abandi

  • mu kwiga Bibiliya

  • mu kwitaba amakoraniro no mu kuyagiramwo uruhara

  • mu kuvungurira abandi utuntu n’utundi bazi

  • mu kwamamaza bivuye inyuma