20-26 Myandagaro
LUKA 21-22
Ururirimbo rwa 27 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ukurokoka kwanyu . . . kuriko kuregereza”: (Imin. 10)
Lk 21:25—Mu gihe c’amakuba akomeye hazoba ibintu biteye ubwoba cane (kr 226 ing. 9)
Lk 21:26—Abansi ba Yehova bazotekerwa n’ubwoba
Lk 21:27, 28—Ukuza kwa Yezu kuzobera urukiza abantu b’abizigirwa (w16.01 10-11 ing. 17; w15 15/7 17 ing. 13)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Lk 21:33—Dukwiye gutahura gute ivyo Yezu yavuze muri uyu murongo? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Lk 22:28-30—Ni isezerano irihe Yezu yagize? Yarigiranye na ba nde? Kandi ribashoboza iki? (w14 15/10 16-17 ing. 15-16)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 22:35-53
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Erekana ingene twovyifatamwo dusanze uwo tugendeye afatiriwe.
Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 34
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 41 n’isengesho