Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

27 Myandagaro–2 Nyakanga

LUKA 23-24

27 Myandagaro–2 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Niwitegurire kubabarira abandi”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 23:31​—Muri uyu murongo, Yezu ashobora kuba yariko yerekeza ku ki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 23:33​—Ni igiki abacukuzi bubuye cerekana ko mu kumanika umuntu ku giti hakoreshwa imisumari? (nwtsty ishusho)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 23:1-16

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Mushikirize kimwe mu bikoresho nyamukuru bidufasha kwigisha Bibiliya gihuye n’ivyo akeneye.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 4 ing. 3-4

UBUZIMA BW’UMUKIRISU