Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 23-24

Niwitegurire kubabarira abandi

Niwitegurire kubabarira abandi

24:34

Ni nde nkwiye kubabarira?

Kuba “[u]witeguriye kubabarira” abandi bisobanura iki? (Zb 86:5) Yehova be n’Umwana wiwe baguma baraba ko hari ikintu gihinduka mu mutima w’abantu b’abacumuzi cotuma babagirira imbabazi.