Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

6-12 Myandagaro

LUKA 17-18

6-12 Myandagaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nugaragaze ko ukenguruka”: (Imin. 10)

    • Lk 17:11-14​—Yezu yarakijije abanyamibembe cumi (nwtsty amakuru adufasha kwiga Lk 17:12, 14)

    • Lk 17:15, 16​—Umwe gusa muri abo banyamibembe ni we yagarutse gushimira Yezu

    • Lk 17:17, 18​—Iyi nkuru irerekana yuko bihambaye ko dukenguruka (w08 1/8 14-15 ing. 9-10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Lk 17:7-10​—Yezu yashaka kuvuga iki muri iki kigereranyo? (nwtsty amakuru adufasha kwiga Lk 17:10)

    • Lk 18:8​—Ni ukwizera nyabaki Yezu yashaka kuvuga ng’aha? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 18:24-43

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU