Nugaragaze ko ukenguruka
Iyi nkuru itwigisha iki ku bijanye no gukenguruka?
-
Gukenguruka si ikintu dukwiye kwiyumvamwo gusa, turakwiye no kubiserura mu majambo
-
Gukenguruka bivuye ku mutima birerekana ko umuntu afise urukundo ruranga abakirisu be n’uko afise urupfasoni
-
Uwipfuza guhimbara Kristu wese akwiye gukunda abantu bose no kubashimira, ataravye igihugu bavamwo, ubwoko bwabo canke idini barimwo