Bariko barakora cane kuri Beteli y’i Wallkil, i New York

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Myandagaro 2019

Ingene twotanguza ibiyago

Ibiyago bijanye n’imihango yo kwizigirwa Imana yatanze ijanye na kazoza.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Imana ntiyaduhaye impwemu y’ubwoba’

Igihe duhanganye n’ibigeragezo, turashobora kugira umutima rugabo twihetse ku bubasha bw’Imana.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Numarane umwanya n’abakunda Yehova

Abo tumarana umwanya barashobora gutuma dukora ivyiza canke ibibi.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Ugene abagabo b’inararibonye”

Abaja imbere abandi mw’ishengero bagenwa hisunzwe icitegererezo dusanga mu Vyanditswe.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Rwaruka, ‘nimugirire umwete ibikorwa vyiza’

Abakiri bato boshika gute ku mugambi wabo wo gukora ubutsimvyi bwo gufasha canke ubutsimvyi busanzwe?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Kunda ubugororotsi, wanke ubugarariji

Twokwerekana gute ko dukunda ubugororotsi, tukanka ubugarariji?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nukore uko ushoboye kwose kugira winjire mu karuhuko k’Imana

Twokwinjira gute mu karuhuko k’Imana, kandi twokora iki kugira tukagumemwo?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ibikorwa vyiza bitigera vyibagirwa

Ni ibiki usabwa kugira ukorere kuri Beteli?