Ururirimbo rwa 99 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Ugene abagabo b’inararibonye”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Tito.]
Tt 1:5-9—Abacungezi baragena abagabo bakwije ibisabwa bishingiye ku Vyanditswe kugira babe abakurambere (w14 15/11 28-29)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Filemoni.]
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Tt 1:12—Kubera iki twovuga ko uyu murongo udashigikira ivyo kwinuba abandi kubera ubwoko? (w89 15/5 31 ing. 5)
Fm 15, 16—Kubera iki Paulo atasavye Filemoni ngo ahe umwidegemvyo Onezime? (w08 15/10 31 ing. 5)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Tt 3:1-15 (th icigwa ca 5)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 3)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 12)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Musigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Rwaruka, ‘nimugirire umwete ibikorwa vyiza’”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Abakiri bato baratera iteka Yehova.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 79
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho