Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

26 Myandagaro–1 Nyakanga

ABAHEBURAYO 4-6

26 Myandagaro–1 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nukore uko ushoboye kwose kugira winjire mu karuhuko k’Imana”: (Imin. 10)

    • Heb 4:1, 4​—Nutahure akaruhuko k’Imana (w11 15/7 24-25 ing. 3-5)

    • Heb 4:6​—Nugamburukire Yehova (w11 15/7 25 ing. 6)

    • Heb 4:9-11​—Niwirinde agatima ko kwigenga (w11 15/7 28 ing. 16-17)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Heb 4:12​—“Ijambo ry’Imana” rivugwa ng’aha ni iki? (w16.09 13)

    • Heb 6:17, 18​—“Ibintu bibiri bidahinduka” bivugwa muri iyi mirongo ni ibihe? (it-1 799 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 5:1-14 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU