5-11 Myandagaro
2 TIMOTEYO 1-4
Ururirimbo rwa 150 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Imana ntiyaduhaye impwemu y’ubwoba”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 2 Timoteyo.]
2Tm 1:7—Nuhangane n’ibigeragezo ufise “ukurorana kw’umuzirikanyi” (w09 15/5 15 ing. 9)
2Tm 1:8—Ntuterwe isoni n’inkuru nziza (w03 1/3 9-10 ing. 7)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
2Tm 2:3, 4—Twokora iki kugira twirinde kwinjira cane “mu vy’urucuruza vyo mu buzima”? (w17.07 10 ing. 13)
2Tm 2:23—Uburyo bumwe “[twokwamirira] kure ibibazo vy’ubupfu kandi vy’ukutamenya” ni ubuhe? (w14 15/7 14 ing. 10)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Tm 1:1-18 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Uburorero bwigisha, muce muganira ku cigwa ca 8 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w14 15/7 13 ing. 3-7—Umutwe: Ni mu buryo ki abasavyi ba Yehova ‘bavavanura n’ibitagororotse’? (th icigwa ca 7)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Numarane umwanya n’abakunda Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwirinde abagenzi babi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 78
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 126 n’isengesho