Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

25 Ndamukiza–1 Rusama

YOBU 33-37

25 Ndamukiza–1 Rusama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: Umwamamaji nashikirize ubutumire bw’ihwaniro ryo mu 2016 yisunze uburyo bwatanzwe ku rupapuro rwa 8. (Imin. 2 canke idashika)

  • Usubiyeyo: fg icigwa ca 12 ing. 4-5—Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwakiriye ubutumire bw’ihwaniro. Nacire inzira ikiyago kizokurikira. (Imin. 4 canke idashika)

  • Inyigisho: jl icigwa ca 11—Umwamamaji aremeshe uwo yigisha kwitaba ihwaniro ryimirije. (Imin. 6 canke idashika)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 124

  • Ivyibukijwe ku vyerekeye ihwaniro”: (Imin. 8) Insiguro. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Ivyibukijwe ku vyerekeye ihwaniro. Nuremeshe bose kuba baritegura kugira bazobe ari ho bari imisi yose uko ari itatu. Nuvuge ingene isekeza ryo gutumira abantu kw’ihwaniro ryatunganijwe aho iwanyu.

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 14 ing. 1-13 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 21 n’isengesho