4-10 Ndamukiza
YOBU 16-20
Ururirimbo rwa 79 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Remesha abandi ukoresheje amajambo meza”: (Imin. 10)
Yb 16:4, 5
—Uwutanga impanuro akwiye gukoresha amajambo aremesha (lv 139 ing. 16, 141 ing. 18-19) Yb 19:2
—Amajambo ababaza Biludadi yavuze yatumye Yobu aborogeshwa n’umubabaro (w06 15/3 15 ing. 6; w07 1/6 32) Yb 19:25
—Icizigiro c’izuka carakomeje Yobu igihe yari ageze habi (w06 15/3 15 ing. 5)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yb 19:20
—Yobu yashaka kuvuga iki igihe yavuga ngo “mpunganye urukoba rw’amenyo yanje”? (w06 15/3 15 ing. 1) Yb 19:26
—Yobu ‘yitegereje Imana’ gute kandi ata muntu ashobora kuyibona? (w06 15/3 16 ing. 7) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: Yb 19:1-23 (Imin. 4 canke idashika)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ikiganiro gishasha kidufasha gutanguza ibiyago”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nuremeshe bose gukoresha ikiganiro “Bibiliya ibivugako iki?” mu gutanguza ibiyago vyoshikana ku nyigisho ya Bibiliya.
Ibibazo vy’abasomyi: (Imin. 5) Insiguro itangwa n’umukurambere ishingiye ku Munara wo ku wa 15 Ruhuhuma 2015, urupapuro rwa 30, ingingo ya 4-6.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 12 ing. 13-25, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)
Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 65 n’isengesho