Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

11-17 Ndamukiza

YOBU 21-27

11-17 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 129

  • Nuneshe uwugutoteza utamuriye n’urwara: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Nuneshe uwugutoteza utamuriye n’urwara. (Ja kuri jw.org, ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA.) Nimuce muyaga kuri ibi bibazo: Ni ibiki bishobora gutuma umuntu atotezwa? Gutoteza umuntu bimugirako ingaruka izihe? Wovyifatamwo gute hari uwugutoteza? Wovyirinda gute? Wobiyagira nde? Cishamwo ivyiyumviro vyo mu kigabane ca 14 c’igitabu Urwaruka ruribaza, igitabu ca 2.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 13 ing. 1-12 (Imin. 30)

  • • Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 23 n’isengesho