Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

18-24 Ndamukiza

YOBU 28-32

18-24 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 115

  • Niwigire ku kudahemuka kw’abandi (1Pt 5:9): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Harold King: Ntiyahemutse naho yari mw’ibohero. Nimuce muyaga kuri ibi bibazo: Umuvukanyi King yashoboye gute kuguma akomeye mu vy’impwemu igihe yari mw’ibohero? Kuririmba indirimbo z’Ubwami vyodufasha gute kwihanganira ingorane? Akarorero k’ukudahemuka k’uwo muvukanyi kakwigishije iki?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 13 ing. 13-25, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 81 n’isengesho