Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOBU 28-32

Yobu ni akarorero mu bijanye n’ugutungana

Yobu ni akarorero mu bijanye n’ugutungana

Yobu yari yiyemeje kwigenza nk’uko Yehova ashaka

31:1

  • Yaracunga amaso yiwe agashira umutima ku mugore wiwe gusa

Yobu yari akarorero mu gufata neza abandi

31:13-15

  • Yaricisha bugufi, ntarenganye kandi akagira imbabazi. Yaritaho abantu bose, abifise n’abatifise, abaciye bugufi n’abahambaye

Yobu ntiyikunda, yaratanga cane

31:16-19

  • Yarafasha abakene