10-16 Ndamukiza
YEREMIYA 22-24
Ururirimbo rwa 52 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba ufise ‘umutima wo kumenya’ Yehova?”: (Imin. 10)
Yr 24:1-3
—Yehova yagereranije abantu n’insukoni (w13 15/3 8 ing.2) Yr 24:4-7
—Insukoni nziza zagereranya abari bafise umutima ugamburuka (w13 15/3 8 ing.4) Yr 24:8-10
—Insukoni mbi zagereranya abari bafise umutima w’ubugaba kandi w’akagagazo (w13 15/3 8 ing.3)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yr 22:30
—Kubera iki iri bwirizwa ritakuraho uburenganzira Yezu afise bwo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi? (w07 15/3 11 ing.1) Yr 23:33
—“Umuzigo wa Yehova” ni uwuhe? (w07 15/3 11) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 23:25-36
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.2 rup. 3-6
—Cira inzira isubirayo. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.2 rup. 3-6
—Cira inzira ikiyago kizokurikira. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 5 ing. 1-2
—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Urashobora kuremesha uwahororokewe”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Remesha abahororokewe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 11 ing.1-8
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 93 n’isengesho