17- 23 Ndamukiza
YEREMIYA 25-28
Ururirimbo rwa 137 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Gira umutima rugabo nka Yeremiya”: (Imin. 10)
Yr 26:2-6
—Yehova yategetse Yeremiya gutanga imburi (w09 1/12 24 ing.6) Yr 26:8, 9, 12, 13
—Yeremiya ntiyatewe ubwoba n’abamurwanya (jr 21 ing.13) Yr 26:16, 24
—Yehova yarakingiye uwo muhanuzi wiwe w’umutima rugabo (w09 1/12 25 ing.1)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yr 27:2, 3
—Ni igiki coba cari kizanye izo ntumwa i Yeruzalemu, kandi ni kuki Yeremiya yabakoreye imitambikwa y’ingǒgo? (jr 27 ing.21) Yr 28:11
—Yeremiya yagaragaje gute ubukerebutsi igihe Hananiya yamurwanya, kandi tumwigirako iki? (jr 187-188 ing.11-12) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 27:12-22
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) T-36
—Cira inzira isubirayo. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) T-36
—Cira inzira ikiyago kizokurikira. Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 7 ing.4-5
—Erekana ingene woshikira umutima w’umutohoji.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Indirimbo z’Ubwami ziraremesha”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ururirimbo rwaremesha imbohe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 11 ing.9-21
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 26 n’isengesho